Stats
Alexa Rank:
Popular in Country:
Country Alexa Rank:
language:
Response Time:
SSL: Disable
Status: up
Code To Txt Ratio
Word Count
Links
ratio
IWACU – Les voix du Burundi
IWACU ce sont toutes les voix du Burundi. Pas seulement les voix politiques. Iwacu s’intéresse à l’économie, la société, la justice, la santé, l’environnement, la culture, le sport, bref à tout ce qui fait la vie nationale. Nous ouvrons une nouvelle page de la presse écrite indépendante au Burundi. Lisez Iwacu, écrivez-nous, critiquez-nous, débattons, bâtissons ensemble la démocratie du pays.
WordPress.com: Fast, Secure Managed WordPress Hosting
Create a free website or build a blog with ease on WordPress.com. Dozens of free, customizable, mobile-ready designs and themes. Free hosting and support.
Murahawe ikaze - IGIHE.bi
Inkuru Nyamukuru "Haracari abagumyabanga bakiboshwe n’ukugumuka" - Petero NKURUNZIZA ’’Tugeze ku yindi ntambwe yo guteza imbere igihugu’’-Evariste NDAYISHIMIYE Sentare ntahinyuzwa yafashe ingingo zikomeye ku vyaha bizokorwa mu matora Ishirahamwe ONLCT ryavuze ahari amazu yugaranirwamwo abigeme biteguriye kudandazwa Umurwi wa mbere w’abagirizwa kuzokoresha inkoho mu matora wafashwe Abashingamateka berekanye amakenga ku...
Ihanga Ryera ry-Imana | Ihanga Ryera ry'Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Ni umuryango w'Abera, batoranijwe n'Uhoraho Imana bahabga Isezerano. Twigisha ubutumwa bg'ukuri, tukabatiza, tugasengera abantu kandi tugakora ibikorwa vyo kugororoka. Yesu Kristo niwe rufatiro rwacu, intumwa ziwe zatubereye akarorero. Ubu dusaba Abarundi bose abaganza n'abaganzwa, abari mu gihugu n'abari mu mahanga, gushira hasi imigambge n'imihari yabo; gushira hasi amadini n'amashengero yabo; gushira hasi amoko n'imiryango yabo kugira ngo umwe wese yihane ivyaha vyiwe, yezwe kugira ngo aronke uburinzi bg'Uhoraho Imana. Hari ico Uhoraho Imana agira akore mu gihugu cacu co gushitsa isezerano kizonyiganyiza abantu bose. Tubaze kuri [email protected] Tel: +257-6140 4181 canke +1-914 448 3650.
Ihanga Ryera ry'Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Ni umuryango w'Abera, batoranijwe n'Uhoraho Imana bahabga Isezerano. Twigisha ubutumwa bg'ukuri, tukabatiza, tugasengera abantu kandi tugakora ibikorwa vyo kugororoka. Yesu Kristo niwe rufatiro rwacu, intumwa ziwe zatubereye akarorero. Ubu dusaba Abarundi bose abaganza n'abaganzwa, abari mu gihugu n'abari mu mahanga, gushira hasi imigambge n'imihari yabo; gushira hasi amadini n'amashengero yabo; gushira hasi amoko n'imiryango yabo kugira ngo umwe wese yihane ivyaha vyiwe, yezwe kugira ngo aronke uburinzi bg'Uhoraho Imana. Hari ico Uhoraho Imana agira akore mu gihugu cacu co gushitsa isezerano kizonyiganyiza abantu bose. Tubaze kuri [email protected] Tel: +257-6140 4181 canke +1-914 448 3650.